Imigani 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kurya kw’intambwe iroha be n’idubu ivundera ngo isimbire ku kintu, ni ko umutware w’umubisha ameze ku gisata c’abantu batobato+. Yesaya 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abaganwa bawe ni intagondwa bakaba na bagenzi b’ibisuma+. Umwe wese muri bo akunda igiturire+ kandi akiruka inyuma y’ingabirano+. Kuko badaca urubanza rw’impfuvyi; kandi n’urubanza rw’umupfakazi ntirushika kuri bo+.
15 Kurya kw’intambwe iroha be n’idubu ivundera ngo isimbire ku kintu, ni ko umutware w’umubisha ameze ku gisata c’abantu batobato+.
23 Abaganwa bawe ni intagondwa bakaba na bagenzi b’ibisuma+. Umwe wese muri bo akunda igiturire+ kandi akiruka inyuma y’ingabirano+. Kuko badaca urubanza rw’impfuvyi; kandi n’urubanza rw’umupfakazi ntirushika kuri bo+.