Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. Zaburi 99:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu nkomezi z’umwami, yakunze ubutungane+.Ni wewe washimangiye ukugororoka+.Uguca imanza be n’ubugororotsi muri Yakobo, ni vyo washikije+. Abaroma 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
4 Mu nkomezi z’umwami, yakunze ubutungane+.Ni wewe washimangiye ukugororoka+.Uguca imanza be n’ubugororotsi muri Yakobo, ni vyo washikije+.
26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.