Yesaya 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko naho abantu bawe, ga Isirayeli, boba ari nk’udutete tw’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira gusa muri bo ni yo azogaruka+. Agatikizo+ kapfunditswe kazosegenyuka mu bugororotsi+, Mika 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+.
22 Kuko naho abantu bawe, ga Isirayeli, boba ari nk’udutete tw’umusenyi w’ikiyaga+, amasigarira gusa muri bo ni yo azogaruka+. Agatikizo+ kapfunditswe kazosegenyuka mu bugororotsi+,
7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+.