Zaburi 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo Yehova, yaravye hasi ari mw’ijuru, araba abana b’abantu+,Ngo arabe ko hariho uwufise ugutahura kwimbitse, uwurondera Yehova+. Yesaya 43:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Mugabo ntiwampamagaye+, ewe Yakobo, kuko wandambiwe, ewe Isirayeli+! Abaroma 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 nta n’umwe ariho afise ugutahura na gukeyi, nta n’umwe ariho arondera Imana+.
2 Nayo Yehova, yaravye hasi ari mw’ijuru, araba abana b’abantu+,Ngo arabe ko hariho uwufise ugutahura kwimbitse, uwurondera Yehova+.