2 Abami 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira nteze ivyago+ aha hantu n’abahaba+, egome, amajambo+ yose yo muri ico gitabu umwami wa Yuda yasomye+; Yesaya 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+; Yeremiya 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Emera ukosorwe+, ewe Yeruzalemu, kugira ngo noye kukuzinukwa nkirabira hirya+; kugira ngo sindakugire igiharabuga, igihugu ata wukibamwo+.” Mika 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Emwe, igihugu kizocika igiharabuga kubera abakibamwo, kubera icamwa c’ibikorwa vyabo+.
16 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira nteze ivyago+ aha hantu n’abahaba+, egome, amajambo+ yose yo muri ico gitabu umwami wa Yuda yasomye+;
11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+;
8 Emera ukosorwe+, ewe Yeruzalemu, kugira ngo noye kukuzinukwa nkirabira hirya+; kugira ngo sindakugire igiharabuga, igihugu ata wukibamwo+.”