Yeremiya 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’ Abaheburayo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku bw’ico, nk’uko impwemu nyeranda+ ivuga ngo: “Uno musi nimwumviriza ijwi ryayo+,
23 Mugabo iri jambo nararibategetse koko nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+, maze nzoba Imana yanyu+, namwe mube abantu banje; kandi muze mugendere mu nzira+ yose nzobategeka, kugira ngo bibagendere neza+.”’