ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko Hagayi+ umuhanuzi na Zekariya+ umwuzukuru wa Ido+ umuhanuzi bavuga ubuhanuzi mw’izina+ ry’Imana ya Isirayeli yari hejuru yabo+, babwira Abayuda bari muri Yuda n’i Yeruzalemu.

  • Zakariya 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwezi kugira cumi na rimwe, ari kwo kwezi kwa Shebati, mu mwaka ugira kabiri wa Dariyo+, ijambo rya Yehova riza kuri Zekariya+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido+, umuhanuzi, riti:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika