ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 26:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Gusa mumenye neza ko nimwanyica, muzoba mwishizeko amaraso y’intungane mukaba muyashize no kuri iki gisagara no ku bakibamwo+, kuko mu vy’ukuri Yehova yantumye kuri mwebwe kuvugira mu matwi yanyu ayo majambo yose+.”

  • Zakariya 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mbega ntimwari mukwiye kugamburuka amajambo+ Yehova yasemereye biciye ku bahanuzi ba kera+, igihe Yeruzalemu yabamwo abantu kandi itekanye, ikikujwe n’ibisagara vyayo, be n’igihe Negebu+ na Shefela*+ vyabamwo abantu?’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika