Zakariya 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Mw’ijoro nagize ntya, mbona umugabo+ ari kw’ifarasi itukura+, akaba yari ahagaze mu biti vy’imihadasi+ vyari ahantu hacokeye; inyuma yiwe hari amafarasi atukura, ayasa n’umuriro, be n’ayera+.”
8 “Mw’ijoro nagize ntya, mbona umugabo+ ari kw’ifarasi itukura+, akaba yari ahagaze mu biti vy’imihadasi+ vyari ahantu hacokeye; inyuma yiwe hari amafarasi atukura, ayasa n’umuriro, be n’ayera+.”