Zakariya 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko mvuga nti: “Abo ni bande ga mukama+?” Umumarayika yariko avugana nanje aca ambwira+ ati: “Ndakwereka abo ari bo.”
9 Nuko mvuga nti: “Abo ni bande ga mukama+?” Umumarayika yariko avugana nanje aca ambwira+ ati: “Ndakwereka abo ari bo.”