Zakariya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Haze hagire ivyakīrwa bivuye ku bajanywe ari inyagano+, egome, bivuye kuri Heludayi no kuri Tobiya no kuri Yedaya; uze winjire kuri uwo musi, winjire mu nzu ya Yosiya mwene Zefaniya+ uri kumwe n’abo bavuye i Babiloni.
10 “Haze hagire ivyakīrwa bivuye ku bajanywe ari inyagano+, egome, bivuye kuri Heludayi no kuri Tobiya no kuri Yedaya; uze winjire kuri uwo musi, winjire mu nzu ya Yosiya mwene Zefaniya+ uri kumwe n’abo bavuye i Babiloni.