7 muze rero mubabwire muti: ‘Ni kubera yuko amazi ya Yorodani yagabuwemwo kubiri imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova+. Igihe isandugu yaca muri Yorodani, amazi ya Yorodani yaragabuwemwo kubiri, kandi aya mabuye abwirizwa kubera icibutso bene Isirayeli gushika igihe kitagira urugero+.’”