Imigani 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ifarasi ni ikintu categuriwe umusi w’urugamba+, mugabo ubukiriro ni ubwa Yehova+. Ivyahishuwe 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze haza iyindi, ifarasi y’ibara ry’umuriro; kandi uwuyicayeko ahabwa gukura amahoro kw’isi kugira ngo bicane; kandi ahabwa inkota nini+.
4 Maze haza iyindi, ifarasi y’ibara ry’umuriro; kandi uwuyicayeko ahabwa gukura amahoro kw’isi kugira ngo bicane; kandi ahabwa inkota nini+.