Abalewi 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Ntimukibe+, ntimugahendane+, kandi ntimugakoreshe ikinyoma umwe wese kuri mugenziwe+. Imigani 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umunwa w’ukuri+ ni wo uzoshimangirwa ibihe bidahera+, mugabo ururimi rw’ibinyoma ruzomara gusa akanya gato+. Yeremiya 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kandi umwe wese aguma akina mugenziwe+; nta kuri bavuga. Bigishije ururimi rwabo kuvuga ikinyoma+. Bariruhije gusa mu gukora inabi+. Abanyefeso 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo mu kuvuga ukuri+, dukure mu bintu vyose twisunze urukundo+, dukurira muri umwe ari umutwe+, ni ukuvuga Kristu. Abanyefeso 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.
19 Umunwa w’ukuri+ ni wo uzoshimangirwa ibihe bidahera+, mugabo ururimi rw’ibinyoma ruzomara gusa akanya gato+.
5 kandi umwe wese aguma akina mugenziwe+; nta kuri bavuga. Bigishije ururimi rwabo kuvuga ikinyoma+. Bariruhije gusa mu gukora inabi+.
15 Mugabo mu kuvuga ukuri+, dukure mu bintu vyose twisunze urukundo+, dukurira muri umwe ari umutwe+, ni ukuvuga Kristu.
25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.