Yesaya 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi azocira urubanza koko abantu batobato+ mu bugororotsi, atange igikangiro mu kugororoka ku neza y’abatekereza bo kw’isi. Kandi azokubita koko isi inkoni y’akanwa kiwe+; kandi akoresheje impwemu y’iminwa yiwe, azokwica umubisha+. Amosi 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’ Zakariya 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muce imanza mu butungane nyakuri+; kandi mugiriranire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’imbabazi+;
4 Kandi azocira urubanza koko abantu batobato+ mu bugororotsi, atange igikangiro mu kugororoka ku neza y’abatekereza bo kw’isi. Kandi azokubita koko isi inkoni y’akanwa kiwe+; kandi akoresheje impwemu y’iminwa yiwe, azokwica umubisha+.
15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’
9 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Muce imanza mu butungane nyakuri+; kandi mugiriranire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’imbabazi+;