Gusubira mu vyagezwe 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Nta mwana w’ikivyarwa+ ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu biwe nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova. Abaheburayo 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo nimba mutaronka kwa gutozwa indero bose basangira, mu vy’ukuri muri ibivyarwa+, ntimuri abana.
2 “Nta mwana w’ikivyarwa+ ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova. Mbere no gushika kw’iyaruka rigira icumi, mu biwe nta n’umwe ashobora kwinjira mw’ishengero rya Yehova.
8 Mugabo nimba mutaronka kwa gutozwa indero bose basangira, mu vy’ukuri muri ibivyarwa+, ntimuri abana.