Yesaya 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu butegerezwa kumanuka, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kuja hasi+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+. Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”
17 Kandi ubwibone bw’umuntu yakuwe mw’ivu butegerezwa kumanuka, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kuja hasi+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+.
37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”