ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+.

  • Yeremiya 25:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “‘Maze imyaka mirongo irindwi niyakwira+, nzogira ico mbaza umwami wa Babiloni n’iryo hanga+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ikosa ryabo, egome, ngire ico mbaza igihugu c’Abakaludaya+, kandi nzokigira ibiharabuga gushika igihe kitagira urugero+.

  • Daniyeli 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 mu mwaka wa mbere w’ingoma yiwe, jewe Daniyeli, biciye ku bitabu, naratahuye igitigiri c’imyaka y’ugushitsa agatikizo ka Yeruzalemu+, ni ukuvuga imyaka mirongo irindwi+, ku bijanye na yo ijambo rya Yehova rikaba ryari ryaraje kuri Yeremiya umuhanuzi+.

  • Zakariya 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Bwira abanyagihugu bose n’abaherezi uti: ‘Hamwe mwahora mwisonzesha+ mwongera muboroga mu kwezi kugira gatanu no mu kwezi kugira indwi+, ivyo mukabigira mu myaka mirongo irindwi+, mbega ni jewe mwisonzeshereza+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika