ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira ico gihugu mu kuzana kuri co umuvumo wose wanditse muri iki gitabu+.

  • 2 Abami 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kubera ko bampevye bakaja gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ kugira ngo bambabarishe igikorwa cose c’amaboko yabo+, kandi ubushangashirwe bwanje burarurumbiye aha hantu, ntibuzozima+.’”’

  • Yeremiya 44:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko ubushangashirwe bwanje n’ishavu ryanje birasukwa, birurumba mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu+; maze hahinduka ikibanza catikijwe, igiharabuga, nk’uko biri uyu musi+.’

  • Zakariya 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘“Nk’uko nari nariyumviriye kubateza ivyago kubera ba sogokuruza banyu bandatsa+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nanje sinicuze+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika