Yesaya 54:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Naguhishije mu maso hanje akanya gatoyi gusa mbigiranye isegenya ry’uburakari+, mugabo nzokugirira imbabazi mbigiranye ubuntu bwuzuye urukundo gushika igihe kitagira urugero+,” ni ko Umucunguzi+ wawe, Yehova, avuze. Abaheburayo 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muriko mwihangana ku bw’ugutozwa indero+. Imana iriko ibagirira nk’uko igirira abana+. Kuko, ni nde mwana se adatoza indero+?
8 Naguhishije mu maso hanje akanya gatoyi gusa mbigiranye isegenya ry’uburakari+, mugabo nzokugirira imbabazi mbigiranye ubuntu bwuzuye urukundo gushika igihe kitagira urugero+,” ni ko Umucunguzi+ wawe, Yehova, avuze.
7 Muriko mwihangana ku bw’ugutozwa indero+. Imana iriko ibagirira nk’uko igirira abana+. Kuko, ni nde mwana se adatoza indero+?