Itanguriro 31:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Maranye nawe iyi myaka mirongo ibiri. Intama zawe zivyara n’impene zawe zivyara ntizaramburuye+, kandi sinigeze ndya impfizi z’intama zo mu mukuku wawe. Ezekiyeli 34:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ikinure ni co mwirira+, ubwoya akaba ari bwo mwiyambarira. Igitungwa kidoshe+ ni co mukerera+. Umukuku wowo ntimuwugaburira.
38 Maranye nawe iyi myaka mirongo ibiri. Intama zawe zivyara n’impene zawe zivyara ntizaramburuye+, kandi sinigeze ndya impfizi z’intama zo mu mukuku wawe.
3 Ikinure ni co mwirira+, ubwoya akaba ari bwo mwiyambarira. Igitungwa kidoshe+ ni co mukerera+. Umukuku wowo ntimuwugaburira.