Yohani 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umucangero+, atari umwungere kandi n’intama zikaba atari iziwe bwite, abona ibingira rije agata nya ntama agahunga—rya bingira na ryo rikazinyakura, rikazisanzaza+—
12 Umucangero+, atari umwungere kandi n’intama zikaba atari iziwe bwite, abona ibingira rije agata nya ntama agahunga—rya bingira na ryo rikazinyakura, rikazisanzaza+—