ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 13:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Umwami Yerobowamu akimara kwumva ijambo ry’uwo muntu w’Imana y’ukuri yari asemereye abwira nya gicaniro i Beteli, aca atuma ukuboko agukuye ku gicaniro, avuga ati: “Nimumucakire+!” Ubwo nyene ukuboko kwiwe yari atumye kuri we guca kuranyunyuka, ntiyashobora kukwigarukanako+.

  • Ezekiyeli 30:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndwanye Farawo umwami wa Misiri+, ndamuvune amaboko+, ugukomeye n’ukwavunitse+, ntume inkota ikoroka ivuye mu kuboko kwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika