Zakariya 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yuda na yo nyene izorwanira i Yeruzalemu; kandi ubutunzi bw’amahanga yose ahakikije buzokwegeranywa koko: inzahabu n’ifeza n’impuzu, vyinshi rwose+.
14 Yuda na yo nyene izorwanira i Yeruzalemu; kandi ubutunzi bw’amahanga yose ahakikije buzokwegeranywa koko: inzahabu n’ifeza n’impuzu, vyinshi rwose+.