2 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Na bo bamubwira bati: “Yari umugabo afise impuzu y’ubwoya+, akenyeye umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+.” Aca avuga ati: “Yari Eliya Umutishibe.” Matayo 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo uwo Yohani nyene, ivyambarwa vyiwe vyari ivy’ubwoya bw’ingamiya+, agakenyeza umukanda w’urushato+ mu mafyinga; ibifungurwa vyiwe na vyo vyari inzige+ n’ubuki bwo mw’ishamba+.
8 Na bo bamubwira bati: “Yari umugabo afise impuzu y’ubwoya+, akenyeye umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+.” Aca avuga ati: “Yari Eliya Umutishibe.”
4 Mugabo uwo Yohani nyene, ivyambarwa vyiwe vyari ivy’ubwoya bw’ingamiya+, agakenyeza umukanda w’urushato+ mu mafyinga; ibifungurwa vyiwe na vyo vyari inzige+ n’ubuki bwo mw’ishamba+.