Zaburi 75:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nabwiye ibipfu nti: “Ntimube ibipfu+,”Mbwira n’ababisha nti: “Ntimushire hejuru ihembe+. Zaburi 110:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova ubwiwe iruhande y’ukuryo kwawe+Azomenagura koko abami ku musi w’ishavu ryiwe+. Luka 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.
24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.