Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+. Yeremiya 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi ninamara kubarandura, emwe, nzokwongera kubagirira imbabazi+, ndabagarukane, umwe wese mu ntoranwa yiwe, n’umwe wese mu gihugu ciwe+.” Hoseya 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nzokiza ubuhemu bwabo+. Nzobakunda ndavyigombeye+, kuko ishavu ryanje ryasubiye inyuma rikamuvako+. Mika 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.
15 Kandi ninamara kubarandura, emwe, nzokwongera kubagirira imbabazi+, ndabagarukane, umwe wese mu ntoranwa yiwe, n’umwe wese mu gihugu ciwe+.”
4 “Nzokiza ubuhemu bwabo+. Nzobakunda ndavyigombeye+, kuko ishavu ryanje ryasubiye inyuma rikamuvako+.
19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+.