ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Asa n’abantu bari kumwe na we baguma babakurikira gushika i Gerari+, abo mu Banyetiyopiya na bo babandanya kugwa gushika aho ata n’umwe muri bo asigara ari muzima; kuko bamenaguriwe imbere ya Yehova+ n’imbere y’ikambi yiwe+. Mu nyuma batwara isahu ryinshi cane+.

  • 2 Ngoma 20:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko Yehoshafati n’abantu biwe baza gusahura isahu+ ryabo; baronka muri bo ibintu n’ivyambarwa n’ibintu bihimbaye, vyinshi; batangura kubambura ivyo bitwarira gushika aho badashobora gutwara ikindi kintu na kimwe+. Bamara imisi itatu basahura nya sahu, kuko ryari ryinshi.

  • Zakariya 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ehe ngira ndabazungagirize ukuboko+, kandi koko bazobera isahu abashumba babo+.’ Namwe muzomenya koko yuko Yehova nyen’ingabo ari we yantumye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika