-
Ezira 9:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Kuva mu misi ya ba sogokuruza bacu+ twamye twagirwa n’icaha bimwe bikomeye gushika n’uyu musi+; kandi amakosa yacu ni yo yatumye twe n’abami bacu+ n’abaherezi bacu+ dutangwa mu kuboko kw’abami b’ibi bihugu, turicishwa inkota+, tugirwa imbohe+, turasahurwa+ kandi tugira ibimaramare ku maso+, nk’uko biri uyu musi.
-