Zaburi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko umubisha yishemeje ku cipfuzo c’ubwikunzi c’umutima wiwe+,N’uwuronka inyungu y’umwina+ yihezagiye;נ [Nuni]Yagaye Yehova+. Zaburi 49:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko akiriho yaguma ahezagira ubuzima bwiwe+;(Kandi abantu bazoguhaya kubera ko umerewe neza+)
3 Kuko umubisha yishemeje ku cipfuzo c’ubwikunzi c’umutima wiwe+,N’uwuronka inyungu y’umwina+ yihezagiye;נ [Nuni]Yagaye Yehova+.