Malaki 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Mu gushikiriza ku gicaniro* canje umukate wanduye+.’ “‘Namwe muti: “Twakwanduje gute?”’ “‘Mu kuba muvuga ngo: “Imeza+ ya Yehova ni ikintu co gusuzugurwa+.”
7 “‘Mu gushikiriza ku gicaniro* canje umukate wanduye+.’ “‘Namwe muti: “Twakwanduje gute?”’ “‘Mu kuba muvuga ngo: “Imeza+ ya Yehova ni ikintu co gusuzugurwa+.”