Matayo 21:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ni co gituma ndababwiye nti: Ubwami bw’Imana muzobwakwa buhabwe ihanga ryama ivyamwa vyabwo+. Luka 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko nya mushumba araza yiganira ivyo bintu shebuja. Maze nyen’urugo araraka aca abwira umushumba wiwe ati: ‘Genda ningoga mu mayira yagutse no mu tuyira two mu gisagara, uzane hano aboro n’abacitse ibihimba vy’umubiri n’impumyi n’abacumbagira+.’
21 Nuko nya mushumba araza yiganira ivyo bintu shebuja. Maze nyen’urugo araraka aca abwira umushumba wiwe ati: ‘Genda ningoga mu mayira yagutse no mu tuyira two mu gisagara, uzane hano aboro n’abacitse ibihimba vy’umubiri n’impumyi n’abacumbagira+.’