Zaburi 112:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+. Matayo 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.” Matayo 13:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 hanyuma babiterere mw’itanure ry’umuriro+. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+. Matayo 24:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 kandi azomuhana bimwe vya ruhasha*+, amusangize umugabane wiwe n’abiyorobetsi. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+. Matayo 25:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nimuterere uwo mushumba w’imburakimazi mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.’
10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+.
12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.”
51 kandi azomuhana bimwe vya ruhasha*+, amusangize umugabane wiwe n’abiyorobetsi. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.
30 Nimuterere uwo mushumba w’imburakimazi mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwiwe n’uguhekenya amenyo+.’