Mariko 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abafarizayo baca barasohoka, buno nyene batangura kumugira inama bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+ kugira bamwice+. Mariko 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubukurikira batuma kuri we bamwe mu Bafarizayo no mu banywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamufatire mu majambo avuga+.
6 Abafarizayo baca barasohoka, buno nyene batangura kumugira inama bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+ kugira bamwice+.
13 Ubukurikira batuma kuri we bamwe mu Bafarizayo no mu banywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamufatire mu majambo avuga+.