Luka 20:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma bamubaza bati: “Mwigisha, turazi ko uvuga kandi ukigisha neza be n’uko utagira nkunzi, mugabo ukigisha inzira y’Imana uhuje n’ukuri+: Yohani 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uwo yaje kuri we mw’ijoro+, amubwira ati: “Rabi+, turazi yuko uri umwigisha+ yavuye ku Mana+; kuko ata muntu ashobora gukora ivyo bimenyetso+ ukora Imana itari kumwe na we+.”
21 Hanyuma bamubaza bati: “Mwigisha, turazi ko uvuga kandi ukigisha neza be n’uko utagira nkunzi, mugabo ukigisha inzira y’Imana uhuje n’ukuri+:
2 Uwo yaje kuri we mw’ijoro+, amubwira ati: “Rabi+, turazi yuko uri umwigisha+ yavuye ku Mana+; kuko ata muntu ashobora gukora ivyo bimenyetso+ ukora Imana itari kumwe na we+.”