Mariko 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bamwe baca batangura guserura agashavu hagati yabo bati: “Ni kuki habaye iryo sesagurwa ry’amavuta amota neza+? Yohani 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo Yuda Isikariyoti+, umwe mu bigishwa biwe, uwagira amugure, avuga ati:
4 Bamwe baca batangura guserura agashavu hagati yabo bati: “Ni kuki habaye iryo sesagurwa ry’amavuta amota neza+?