Mariko 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko ayo mavuta yari gushobora kugurishwa idenariyo zirenga amajana atatu zigahabwa aboro!” Baramushavurira cane+. Yohani 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kubera iki aya mavuta amota neza+ atagurishijwe idenariyo amajana atatu zigahabwa aboro+?”
5 Kuko ayo mavuta yari gushobora kugurishwa idenariyo zirenga amajana atatu zigahabwa aboro!” Baramushavurira cane+.