Kuvayo 21:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba ari umushumba canke umushumbakazi iyo shūri yasetse, nyeneyo azoha shebuja w’uno ikiguzi ca shekeli mirongo itatu+, nya shūri na yo iterwe amabuye. Zakariya 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze ndababwira nti: “Nimba ari vyiza mu maso yanyu+, nimumpe impembo yanje; atari ukwo na ho, mureke.” Bampa rero impembo yanje: ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+. Matayo 27:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yuda, umwe yamugura, abonye yuko amaze gucirwa rubi, aradogombwa mu mutima aca asubiza abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye vya biceri mirongo itatu+ vy’ifeza, Mariko 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+. Luka 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Emwe, baranezerwa, baca bemera kumuha amafeza+.
32 Nimba ari umushumba canke umushumbakazi iyo shūri yasetse, nyeneyo azoha shebuja w’uno ikiguzi ca shekeli mirongo itatu+, nya shūri na yo iterwe amabuye.
12 Maze ndababwira nti: “Nimba ari vyiza mu maso yanyu+, nimumpe impembo yanje; atari ukwo na ho, mureke.” Bampa rero impembo yanje: ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+.
3 Maze Yuda, umwe yamugura, abonye yuko amaze gucirwa rubi, aradogombwa mu mutima aca asubiza abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye vya biceri mirongo itatu+ vy’ifeza,
11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.