Mariko 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+. Luka 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko aremera, aca atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura kuri bo ata sinzi riri hafi+.
11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.