Mariko 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nya bigishwa baragenda, binjira mu gisagara maze babisanga nk’uko yababwiye; baraheza bategura pasika+. Luka 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko baragenda babisanga nk’uko yari yababwiye, baraheza bategura pasika+.
16 Nya bigishwa baragenda, binjira mu gisagara maze babisanga nk’uko yababwiye; baraheza bategura pasika+.