Gusubira mu vyagezwe 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ahantu Yehova Imana yawe azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba+, ni ho ukwiye gushikanira pasika kw’ikimazi ku mugoroba izuba rikimara kurenga+, ku gihe cashinzwe c’ukuva mu Misiri kwawe.
6 Mugabo ahantu Yehova Imana yawe azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba+, ni ho ukwiye gushikanira pasika kw’ikimazi ku mugoroba izuba rikimara kurenga+, ku gihe cashinzwe c’ukuva mu Misiri kwawe.