Mariko 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Bumaze kugoroba azanana na bamwe cumi na babiri+. Luka 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amaherezo isaha igeze, aja ku meza, n’intumwa ziri kumwe na we+.