Mariko 14:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo atangura kuvuga ashimitse cane ati: “Niyo noba ntegerezwa gupfana nawe, sinzogenda ndakwihakanye.” N’abandi bose batangura kuvuga kuno nyene+. Luka 22:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Maze amubwira ati: “Mukama, nditeguye kujana nawe mw’ibohero no mu rupfu+.”
31 Mugabo atangura kuvuga ashimitse cane ati: “Niyo noba ntegerezwa gupfana nawe, sinzogenda ndakwihakanye.” N’abandi bose batangura kuvuga kuno nyene+.