Mariko 14:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Hanyuma araza asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Simoni, urasinziriye? Nta nguvu wagize zo kuguma uri maso n’isaha n’imwe+? Luka 22:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Hanyuma arahaguruka amaze gusenga, aja ku bigishwa, asanga bariko barahunikira kubera intuntu+;
37 Hanyuma araza asanga barasinziriye, ni kwo kubwira Petero ati: “Simoni, urasinziriye? Nta nguvu wagize zo kuguma uri maso n’isaha n’imwe+?