Mariko 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mugume mureretse, mugume murikanuye+, kuko mutazi aho igihe cashinzwe kizogerera+. 1 Petero 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Muzigame ubwenge bwanyu, mube maso+. Umwansi wanyu Shetani* agendagenda nk’intambwe iroha, arondera uwo arotsa+. Ivyahishuwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”
8 Muzigame ubwenge bwanyu, mube maso+. Umwansi wanyu Shetani* agendagenda nk’intambwe iroha, arondera uwo arotsa+.
15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”