Matayo 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ntutujane mu kigeragezo+, mugabo uturokore mu kudukiza wa mubisha+.’ Luka 22:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 ababwira ati: “Kubera iki muriko murasinzira? Haguruke mubandanye gusenga, kugira ntimuje mu kigeragezo+.”
46 ababwira ati: “Kubera iki muriko murasinzira? Haguruke mubandanye gusenga, kugira ntimuje mu kigeragezo+.”