Mariko 14:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ariko umuntu umwe mu bari bahagaze ng’aho asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi+. Luka 22:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Umwe muri bo mbere yarakubise umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi kw’iburyo+. Yohani 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Simoni Petero, kubera yari afise inkota, arayisokora ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’iburyo+. Uwo mushumba yitwa Malikusi.
47 Ariko umuntu umwe mu bari bahagaze ng’aho asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amukurako ugutwi+.
10 Maze Simoni Petero, kubera yari afise inkota, arayisokora ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi kw’iburyo+. Uwo mushumba yitwa Malikusi.