Yohani 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mugabo Petero yari ahagaze hanze ku muryango+. Wa mwigishwa wundi rero, umwe yari azinanyi n’umuherezi mukuru, arasohoka avugana n’umurinzi w’umuryango, hanyuma yinjiza Petero.
16 mugabo Petero yari ahagaze hanze ku muryango+. Wa mwigishwa wundi rero, umwe yari azinanyi n’umuherezi mukuru, arasohoka avugana n’umurinzi w’umuryango, hanyuma yinjiza Petero.