ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Nta cabona kimwe rudende gikwiye guhaguruka ngo cagirize umuntu kw’ikosa iryo ari ryo ryose canke ku gicumuro ico ari co cose+, ku biraba igicumuro ico ari co cose yokora. Ikintu gikwiye kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.

  • Zaburi 27:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ntunshire mu maboko y’abarwanizi banje ngo bangire uko bagomba+;

      Kuko ivyabona vy’ikinyoma bimpagurukiye+,

      Be n’uwusuka ubukazi+.

  • Zaburi 35:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ivyabona vy’inkazi birahaguruka+;

      Bimbaza ivyo ntazi+.

  • Mariko 14:57
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 57 Vyongeye, bamwe baza barahaguruka bashinga intahe y’ikinyoma bamubeshera, bati:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika