ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 27:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 bavuga ngo: “Ewe wa muntu ugira ngo wosenyura urusengero+ ukarwubaka mu misi itatu, niwikize! Nimba uri umwana w’Imana, manuka uve kuri ico giti co kubabarizwako+!”

  • Yohani 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Yezu abishura ati: “Nimusenyure uru rusengero+, nanje mu misi itatu nzoruhagurutsa.”

  • Ivyakozwe 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nk’akarorero, twamwumvise avuga yuko uwo Yezu Umunyanazareti azosenyurira hasi aha hantu akongera agahindura imigenzo twaherejwe na Musa.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika